World
Yoya Jamal - Tina (Official Music Video)
![Yoya Jamal - Tina (Official Music Video)](https://i.ytimg.com/vi/APv74NojFD4/hqdefault.jpg)
#tina #yoyajamal Song: Tina Artist: Yoya Jamal Video Directed by Julien Bmjizzo Edited by Sani B × Julien Bmjizzo Audio produced by Madebeats Catch Up With Yoya Jamal On: Instagram: [ 🔗 Click ‼️ ] Facebook: [ 🔗 Click ‼️ ] Lyrics Verse 1 Simfise amajambooo Mbona yoguhoza Umubabaro naguteye Intuntu n agahinda Sinkoma k umwango Ntaco mfise mvuga Sinonarira sinovyubahuka Kuko nteye isoni n agahinda waranyizeye, umpa ivyawe vyose Unshira m ukwaha kwawe Ntaco nakuburanye Waranyisemvye uko vyari bikenewe Sinabihaye agachiro Ndira ayo kwarika Chorus Tina Tina Tina Sindakumerita Nd igipfamutima ntaco maze Tina Sindakumerita _Ooh Tina , Tina , Tina Sindakumerita Nd ikigwarudubi nta mugabo ndimwoo Tinaaa Music Verse 2 Fata ikibandooo Ukubite k umutwe Nimba arivyo vyoguha amahoro Ugasubirana umunezero Ivy umubanoo Ivyo bizoza Mu nyuma Icoza gusa kiguha amahoro ukagira umutuzo mu mutima waranyizeye, umpa ivyawe vyose Unshira m ukwaha kwawe Ntaco nakuburanye Waranyisemvye uko vyari bikenewe Sinabihaye agachiro Ndira ayo kwarika Chorus Tina Tina Tina Sindakumerita Nd igipfamutima ntaco maze Tina Sindakumerita Ooh Tina , Tina , Tina Sindakumerita Nd ikigwarudubi nta mugabo ndimwoo Tinaaa Music :::: Visit my YouTube channel @ Yoya Jamal ( [ 🔗 Click ‼️ ] Jamal )
( 100 Page ) :: 🏠 86 87 88 89 90 91 92 93 94 95 96 ▶️ ⭕️
🌟 7
Raghuram Rajan: How to fix India’s growing jobs crisis
🌟 8
I Completed Hall of Legends Event & How to Claim any HOL Icon for Free
🌟 7
2 Month Ka BACKLOG? How to Crack JEE 2025? Full Proof PLAN🔥
🌟 7
TRGGRD!: HOW MONEY CAN MAKE OR BREAK RELATIONSHIPS? (EP10)